Yosuwa 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nimwamara gufata ico gisagara, muze mugiturire+. Muze mukore nk’uko ijambo rya Yehova riri. Raba, ivyo ni vyo ndabategetse+.” Yosuwa 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Maze Yosuwa aturira Ayi, ayihindura ikidunduri camaho igihe kitagira urugero+, iba umusaka gushika n’uyu musi.
8 Nimwamara gufata ico gisagara, muze mugiturire+. Muze mukore nk’uko ijambo rya Yehova riri. Raba, ivyo ni vyo ndabategetse+.”
28 Maze Yosuwa aturira Ayi, ayihindura ikidunduri camaho igihe kitagira urugero+, iba umusaka gushika n’uyu musi.