Kuvayo 20:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uze unkorere igicaniro c’ivu+, kandi uze ugishikanireko amashikanwa yawe aturirwa be n’ibimazi vyawe vy’ugusangira, umukuku wawe n’ubusho bwawe+. Aho nzotuma izina ryanje ryibukwa hose, nzoza kuri wewe kandi sinzobura kuguhezagira+. Gusubira mu vyagezwe 27:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi utegerezwa gushikana ibimazi vy’ugusangira+, ubirire ng’aho+, kandi utegerezwa kunezerwa imbere ya Yehova Imana yawe+.
24 Uze unkorere igicaniro c’ivu+, kandi uze ugishikanireko amashikanwa yawe aturirwa be n’ibimazi vyawe vy’ugusangira, umukuku wawe n’ubusho bwawe+. Aho nzotuma izina ryanje ryibukwa hose, nzoza kuri wewe kandi sinzobura kuguhezagira+.
7 Kandi utegerezwa gushikana ibimazi vy’ugusangira+, ubirire ng’aho+, kandi utegerezwa kunezerwa imbere ya Yehova Imana yawe+.