2 Samweli 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kandi avuga yuko bene Yuda+ bigishwa “Akaririmbo k’intimba k’Umuheto+.” Ehe kanditswe mu gitabu ca Yashari+, kakaba kagira gati:
18 kandi avuga yuko bene Yuda+ bigishwa “Akaririmbo k’intimba k’Umuheto+.” Ehe kanditswe mu gitabu ca Yashari+, kakaba kagira gati: