ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 74:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Umurango ni uwawe; n’ijoro ni iryawe+.

      Ni wewe wateguye ca gitangamuco, ari ryo zuba+.

  • Zaburi 135:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Ivyo Yehova yahimbawe no gukora vyose yarabikoze+

      Mu majuru no mw’isi, mu biyaga no mu nyenga z’amazi zose+.

  • Zaburi 136:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Agakora izuba ngo riganze ku murango+:

      Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;

  • Matayo 19:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Yezu abaraba mu maso, ababwira ati: “Ku bantu ivyo ntibishoboka, mugabo ku Mana vyose birashoboka+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika