ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Niwubaka inzu nshasha, uze ukore igitangirizo c’igisenge cawe+, kugira ntukwegere amaraso inzu yawe, kuko hogira uwukoroka avuye kuri co.

  • 2 Samweli 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ku mugoroba Dawidi aravyuka ava ku gitanda ciwe, agendagenda hejuru ku gisenge+ c’inzu y’umwami; ari hejuru kuri nya gisenge abona+ umugore ariko yiyuhagira, kandi uwo mugore yasa neza cane+.

  • Ivyakozwe 10:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Bukeye bakibandanya urugendo rwabo bakegereza igisagara, Petero aduga hejuru ku nzu+ nko kw’isaha ya gatandatu gusenga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika