Kuvayo 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+.
15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+.