Guharura 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuko ic’icumi ca bene Isirayeli, ico bazoterera bagiha Yehova bwa ntererano, nagihaye Abalewi bwa ntoranwa. Ni co gituma nababwiye yuko ‘ata ntoranwa bazoronka hagati muri bene Isirayeli+.’” Yosuwa 21:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+.
24 Kuko ic’icumi ca bene Isirayeli, ico bazoterera bagiha Yehova bwa ntererano, nagihaye Abalewi bwa ntoranwa. Ni co gituma nababwiye yuko ‘ata ntoranwa bazoronka hagati muri bene Isirayeli+.’”
45 Nta muhango n’umwe utashitse mu mihango myiza yose Yehova yari yarahaye inzu ya Isirayeli; yose yararangutse+.