Itanguriro 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+. Yosuwa 21:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Mu muryango wa Gadi+ hatangwa igisagara c’ubuhungiro ku bw’uwishe umuntu, ari co Ramoti i Gileyadi+, n’itongo ry’uburagiriro ryaho, na Mahanayimu+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
2 Yakobo ababonye, buno nyene avuga ati: “Iyi ni ikambi y’Imana+!” Ku bw’ivyo aho hantu ahita Mahanayimu+.
38 Mu muryango wa Gadi+ hatangwa igisagara c’ubuhungiro ku bw’uwishe umuntu, ari co Ramoti i Gileyadi+, n’itongo ry’uburagiriro ryaho, na Mahanayimu+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,