Guharura 25:1 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ico gihe Isirayeli yaba i Shitimu+. Nuko abantu batangura gushurashura n’abakobwa ba Mowabu+. Yosuwa 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.
2 Maze Yosuwa mwene Nuni arungika mu mpisho abagabo babiri ngo baje gutata, bavuye i Shitimu+, avuga ati: “Nimugende, mwihweze ico gihugu na Yeriko.” Nuko baragenda hanyuma bashika ku nzu y’umugore w’umumaraya yitwa Rahabu+, maze baka indaro ng’aho.