Yosuwa 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya rubibe rwaragenda rwerekeza ku mumanuko wa Beti-hogula+ wo mu buraruko, rukagarukira ku kagobe k’ikiyaga c’Umunyu+ ko mu buraruko ku mpera yo mu bumanuko ya Yorodani. Urwo ni rwo rwari urubibe rwo mu bumanuko.
19 Nya rubibe rwaragenda rwerekeza ku mumanuko wa Beti-hogula+ wo mu buraruko, rukagarukira ku kagobe k’ikiyaga c’Umunyu+ ko mu buraruko ku mpera yo mu bumanuko ya Yorodani. Urwo ni rwo rwari urubibe rwo mu bumanuko.