Yosuwa 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 na Zikulagi+ na Beti-marikaboti na Hazari-susa+, 1 Samweli 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Akishi amuha Zikulagi+ kuri uwo musi. Ni co gituma Zikulagi hahavuye haba ah’abami ba Yuda gushika n’uyu musi. 1 Ngoma 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aba ni bo baje kuri Dawidi i Zikulagi+, mu gihe yari akibuze umwidegemvyo kubera Sauli+ mwene Kishi; kandi bari muri ba bagabo b’abanyenkomezi+ bafasha Dawidi mu ntambara,
6 Nuko Akishi amuha Zikulagi+ kuri uwo musi. Ni co gituma Zikulagi hahavuye haba ah’abami ba Yuda gushika n’uyu musi.
12 Aba ni bo baje kuri Dawidi i Zikulagi+, mu gihe yari akibuze umwidegemvyo kubera Sauli+ mwene Kishi; kandi bari muri ba bagabo b’abanyenkomezi+ bafasha Dawidi mu ntambara,