Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Guharura 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Hanyuma urwo rubibe ruze rukevye i Azimoni ruja ku mwonga wa Misiri+, rugarukire kuri ca Kiyaga+.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: