1 Samweli 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Mu nyuma Sauli azanana n’abantu biwe kumurondera+. Babimenyesheje Dawidi, aca amanuka ku rutare+ maze abandanya kuba mu gahinga ka Mawoni. Sauli avyumvise, yoma inyuma+ Dawidi muri ako gahinga ka Mawoni. 1 Samweli 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.
25 Mu nyuma Sauli azanana n’abantu biwe kumurondera+. Babimenyesheje Dawidi, aca amanuka ku rutare+ maze abandanya kuba mu gahinga ka Mawoni. Sauli avyumvise, yoma inyuma+ Dawidi muri ako gahinga ka Mawoni.
2 Kandi hari umugabo i Mawoni+, akaba yarangurira igikorwa ciwe i Karumeli+. Uwo mugabo yari ahambaye cane: yari afise intama ibihumbi bitatu n’impene igihumbi; yakora ivyo gukemura+ intama ziwe i Karumeli.