Itanguriro 38:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Gutyo imisi iba myinshi maze umukobwa wa Shuwa umugore wa Yuda+, arapfa; nuko Yuda yubahiriza ikiringo c’ikigandaro+. Inyuma y’ivyo aduga ku bakemuzi b’intama ziwe i Timuna+, we na Hira umugenzi wiwe w’Umwadulamu+.
12 Gutyo imisi iba myinshi maze umukobwa wa Shuwa umugore wa Yuda+, arapfa; nuko Yuda yubahiriza ikiringo c’ikigandaro+. Inyuma y’ivyo aduga ku bakemuzi b’intama ziwe i Timuna+, we na Hira umugenzi wiwe w’Umwadulamu+.