Yosuwa 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Igihugu ca Tapuwa+ kiba ica Manase, mugabo Tapuwa, ku rubibe rwa Manase, yari iya bene Efurayimu.