Guharura 34:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Hanyuma nya mupaka uze umanuke kuri Yorodani, ugarukire ku kiyaga c’Umunyu+. Ico ni co kizoba igihugu canyu+ nk’uko imbibe zaco zigikikuje ziri.’” Gusubira mu vyagezwe 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 na Araba na Yorodani n’umupaka, kuva i Kinereti+ gushika ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, ku mucamo w’imimanuko ya Pisiga+ amaja i burasirazuba.
12 Hanyuma nya mupaka uze umanuke kuri Yorodani, ugarukire ku kiyaga c’Umunyu+. Ico ni co kizoba igihugu canyu+ nk’uko imbibe zaco zigikikuje ziri.’”
17 na Araba na Yorodani n’umupaka, kuva i Kinereti+ gushika ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, ku mucamo w’imimanuko ya Pisiga+ amaja i burasirazuba.