Guharura 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mugabo ishavu ry’Imana ritangura kururumba kubera yari agiye; nuko umumarayika wa Yehova ahagarara mu nzira kugira amurwanye+. Yariko agendera ku ndogobwa yiwe y’ingore, abasuku biwe babiri bari kumwe na we.
22 Mugabo ishavu ry’Imana ritangura kururumba kubera yari agiye; nuko umumarayika wa Yehova ahagarara mu nzira kugira amurwanye+. Yariko agendera ku ndogobwa yiwe y’ingore, abasuku biwe babiri bari kumwe na we.