Itanguriro 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”
2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”