Abacamanza 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Ico gihe hari Umulewi umwe yari amaze igihe aba mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’akarere k’imisozi ka Efurayimu+. Arahava yabira incoreke+ y’i Betelehemu+ muri Yuda.
19 Kandi muri iyo misi nta mwami yariho muri Isirayeli+. Ico gihe hari Umulewi umwe yari amaze igihe aba mu mihingo ya kure kuruta iyindi y’akarere k’imisozi ka Efurayimu+. Arahava yabira incoreke+ y’i Betelehemu+ muri Yuda.