Abacamanza 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baricara rero, maze bompi batangura kurya no kunywa bari kumwe; se wa nya mugore akiri muto abwira nya mugabo ati: “Ndakwinginze wemere kurara+, kandi umutima wawe uryoherwe+.”
6 Baricara rero, maze bompi batangura kurya no kunywa bari kumwe; se wa nya mugore akiri muto abwira nya mugabo ati: “Ndakwinginze wemere kurara+, kandi umutima wawe uryoherwe+.”