Itanguriro 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.” Abacamanza 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko nya mutama avuga ati: “Nugire amahoro+! Ico ubura cose nikije kuri jewe+; ariko nturare muri iki kibanza ca bose.” Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?
2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”
20 Ariko nya mutama avuga ati: “Nugire amahoro+! Ico ubura cose nikije kuri jewe+; ariko nturare muri iki kibanza ca bose.”
7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?