ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nya mugabo araza mu nzu, maze Labani atangura kwambura imigozi ingamiya no guha ibikumbi n’indya z’ibitungwa nya ngamiya, atanga n’amazi yo kwoza ibirenge vy’uwo mugabo n’ibirenge vy’abagabo bari kumwe na we+.

  • Itanguriro 43:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Maze uwo mugabo azana nya bagabo mu nzu ya Yozefu hanyuma atanga amazi kugira bozwe ibirenge+, yongera atanga indya z’ibitungwa ku bw’indogobwa zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika