Itanguriro 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.”
5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.”