Itanguriro 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya. Ivyakozwe 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.
3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya.
15 Nya mugore n’abo mu rugo rwiwe bamaze kubatizwa+, avuga yinginga ati: “Nimba mubonye ko ndi umwizigirwa kuri Yehova, nimwinjire mu nzu yanje, muhagume+.” Aratugobera ngo twemere+.