Abacamanza 19:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ndafise ibikumbi n’indya z’ibitungwa+ ku bw’indogobwa zacu, nkagira n’umukate+ be n’umuvinyu, ivyo twe n’umushumbakazi+ wawe n’umusuku+ ari kumwe n’umusavyi wawe twikorako. Nta na kimwe kibuze.”
19 Ndafise ibikumbi n’indya z’ibitungwa+ ku bw’indogobwa zacu, nkagira n’umukate+ be n’umuvinyu, ivyo twe n’umushumbakazi+ wawe n’umusuku+ ari kumwe n’umusavyi wawe twikorako. Nta na kimwe kibuze.”