Yeremiya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Bacitse amafarasi ashaka kwimya, afise amatengatwa akomeye. Umwe wese yānāga inyuma y’umugore wa mugenziwe+. Hoseya 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo. Hoseya 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+. Abanyefeso 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kubera yuko babaye ibiti+, bihereje ubushirasoni*+ kugira ngo bakore n’umunoho n’akantu ubuhumane+ bw’ubwoko bwose+.
8 Bacitse amafarasi ashaka kwimya, afise amatengatwa akomeye. Umwe wese yānāga inyuma y’umugore wa mugenziwe+.
9 Baradwibiye mu vyonona+, nko mu misi ya Gibeya+. Azokwibuka ikosa ryabo+; azobahanira ibicumuro vyabo.
9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+.
19 Kubera yuko babaye ibiti+, bihereje ubushirasoni*+ kugira ngo bakore n’umunoho n’akantu ubuhumane+ bw’ubwoko bwose+.