Abacamanza 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse.
25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse.