Itanguriro 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+. Abacamanza 19:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nyene inzu aca arasohoka aja aho bari, ababwira+ ati: “Oya, bene wacu+, ndabinginze ntihagire ikintu kibi mukora, kuko uyu mugabo yinjiye mu nzu yanje. Ntimukore ubwo busazi bw’agaterasoni+. Abacamanza 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse. 2 Samweli 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko amubwira ati: “Oya musazanje! Ntuntetereze+; kuko kugira gutyo bitamenyerewe muri Isirayeli+. Ntukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.
7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+.
23 Nyene inzu aca arasohoka aja aho bari, ababwira+ ati: “Oya, bene wacu+, ndabinginze ntihagire ikintu kibi mukora, kuko uyu mugabo yinjiye mu nzu yanje. Ntimukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.
25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse.
12 Ariko amubwira ati: “Oya musazanje! Ntuntetereze+; kuko kugira gutyo bitamenyerewe muri Isirayeli+. Ntukore ubwo busazi bw’agaterasoni+.