Abacamanza 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abakurubakuru b’abantu bose n’imiryango ya Isirayeli yose bahagarara mw’ishengero ry’abantu b’Imana y’ukuri+, abagabo ibihumbi amajana ane bari ku maguru barwanisha inkota+.
2 Abakurubakuru b’abantu bose n’imiryango ya Isirayeli yose bahagarara mw’ishengero ry’abantu b’Imana y’ukuri+, abagabo ibihumbi amajana ane bari ku maguru barwanisha inkota+.