Abacamanza 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo shebuja amubwira ati: “Ntidukebereze mu gisagara c’abanyamahanga+ batari abo muri bene Isirayeli; tubwirizwa kubandanya gushika i Gibeya+.” Hoseya 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+.
12 Mugabo shebuja amubwira ati: “Ntidukebereze mu gisagara c’abanyamahanga+ batari abo muri bene Isirayeli; tubwirizwa kubandanya gushika i Gibeya+.”
9 “Wacumuye+ kuva mu misi ya Gibeya+, ewe Isirayeli! Aho ni ho bǎhagaze. I Gibeya, intambara yo kurwanya abana b’ibitagororotse, bano ntiyashoboye kubahamvya+.