Yosuwa 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko abantu bose bari mu gisagara barahamagarwa ngo babome inyuma; boma inyuma Yosuwa maze bajanwa kure y’igisagara+. Abacamanza 20:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Ariko bene Benyamini biyumvira ko abagabo ba Isirayeli bagira batsindwe, kuko bano baguma bahunga+ imbere ya Benyamini, kubera ko bari bizigiye bamwe bari bashizeho ngo babundire Gibeya.
16 Nuko abantu bose bari mu gisagara barahamagarwa ngo babome inyuma; boma inyuma Yosuwa maze bajanwa kure y’igisagara+.
36 Ariko bene Benyamini biyumvira ko abagabo ba Isirayeli bagira batsindwe, kuko bano baguma bahunga+ imbere ya Benyamini, kubera ko bari bizigiye bamwe bari bashizeho ngo babundire Gibeya.