Abalewi 18:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nihagira uwo muri mwebwe akora na kimwe muri ivyo bintu vyose biteye ishishi, ababikora rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. Abacamanza 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Benyamini barakoranywa rero kuri uwo musi bavuye mu bisagara, abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu barwanisha inkota+, uretse ababa i Gibeya, abakoranijwemwo abagabo amajana indwi b’abahizi. Abacamanza 20:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Abo kwa Benyamini bose baguye uwo musi, amaherezo bagera ku bagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitanu barwanisha inkota+, abo bose bakaba bari abagabo b’intwari.
29 Nihagira uwo muri mwebwe akora na kimwe muri ivyo bintu vyose biteye ishishi, ababikora rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.
15 Bene Benyamini barakoranywa rero kuri uwo musi bavuye mu bisagara, abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu barwanisha inkota+, uretse ababa i Gibeya, abakoranijwemwo abagabo amajana indwi b’abahizi.
46 Abo kwa Benyamini bose baguye uwo musi, amaherezo bagera ku bagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitanu barwanisha inkota+, abo bose bakaba bari abagabo b’intwari.