-
Abacamanza 20:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 Bene Benyamini basohotse guhura n’abo bantu, bajanwa kure y’igisagara+. Maze, nko muri vya bihe bindi, batangura gusasika bamwe mu bantu, bagenda baragwa ku nzira z’ibirari bakomeretse bimwe vyica, imwe muri izo nzira ikaba iduga i Beteli+ iyindi na yo i Gibeya+, mu gahinga, basasika nk’abagabo mirongo itatu muri Isirayeli+.
-