Abacamanza 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze bene Benyamini barasohoka bavuye i Gibeya+, kuri uwo musi bahonya abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bibiri muri Isirayeli, babatsinda hasi+. Abacamanza 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Bene Benyamini na bo barasohoka bavuye i Gibeya kugira batane mu mitwe kuri uwo musi ugira kabiri, maze bahonya abandi bagabo ibihumbi cumi n’umunani mu bagabo ba Isirayeli, babatsinda hasi+, abo bose bakaba barwanisha inkota+.
21 Maze bene Benyamini barasohoka bavuye i Gibeya+, kuri uwo musi bahonya abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bibiri muri Isirayeli, babatsinda hasi+.
25 Bene Benyamini na bo barasohoka bavuye i Gibeya kugira batane mu mitwe kuri uwo musi ugira kabiri, maze bahonya abandi bagabo ibihumbi cumi n’umunani mu bagabo ba Isirayeli, babatsinda hasi+, abo bose bakaba barwanisha inkota+.