Abacamanza 20:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+. Abacamanza 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko ikoraniro ryose rituma abaja kuvugana na bene Benyamini bari ku rutare rwa Rimoni+, babamenyesha ko ari amahoro.
47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+.
13 Nuko ikoraniro ryose rituma abaja kuvugana na bene Benyamini bari ku rutare rwa Rimoni+, babamenyesha ko ari amahoro.