15 Bene Benyamini barakoranywa rero kuri uwo musi bavuye mu bisagara, abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu barwanisha inkota+, uretse ababa i Gibeya, abakoranijwemwo abagabo amajana indwi b’abahizi.
35 Nuko Yehova atsinda Benyamini+ imbere ya Isirayeli, ku buryo kuri uwo musi bene Isirayeli bahonya muri Benyamini abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitanu n’ijana, abo bose bakaba barwanisha inkota+.