Yosuwa 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Bamwe bari babunze baca bahaguruka ningoga aho bari, batangura kwiruka akiramvura ukuboko, binjira mu gisagara baragifata+. Maze bihutira guturira nya gisagara+.
19 Bamwe bari babunze baca bahaguruka ningoga aho bari, batangura kwiruka akiramvura ukuboko, binjira mu gisagara baragifata+. Maze bihutira guturira nya gisagara+.