Kuvayo 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ariko Musa avuga ati: “Wewe ubwawe ni we uzoshira kandi mu maboko yacu ibimazi n’amashikanwa aturirwa, kuko dutegerezwa kubishikanira Yehova Imana yacu+. Abalewi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+.
25 Ariko Musa avuga ati: “Wewe ubwawe ni we uzoshira kandi mu maboko yacu ibimazi n’amashikanwa aturirwa, kuko dutegerezwa kubishikanira Yehova Imana yacu+.
3 “‘Nimba ishikanwa ryiwe ari ishikanwa riturirwa+ ryo mu busho, ikigabo kitagira agahonzi+ ni co akwiye gushikiriza. Akwiye kugishikiririza ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro avyigombeye, imbere ya Yehova+.