ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “‘Kandi nimba ishikanwa ryiwe ari ikimazi c’ugusangira+, nimba arishikirije arikuye mu busho, caba ikigabo canke ikigore, ikitagira agahonzi+ ni co azoshikiriza imbere ya Yehova.

  • Abalewi 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “‘Nimwashikanira Yehova ikimazi c’ugusangira+, mukwiye kugishikana kugira mushimwe+.

  • Abacamanza 20:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Nuko bene Isirayeli bose+, emwe abantu bose baraduga bashika i Beteli, baririra+ ng’aho bongera bicara ng’aho imbere ya Yehova; kuri uwo musi barisonzesha+ gushika ku mugoroba, bongera bashikana imbere ya Yehova amashikanwa aturirwa+ n’amashikanwa y’ugusangira+.

  • 2 Samweli 24:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze Dawidi yubakira igicaniro+ Yehova ng’aho, hanyuma ashikana ibimazi biturirwa n’ibimazi vy’ugusangira, maze Yehova yemera kwingingwa+ ku bw’igihugu, ku buryo nya kiza gihagarikwa kikava kuri Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika