Abacamanza 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani. Abacamanza 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko bene Benyamini baragaruka ico gihe. Maze babaha ba bigeme bari bazigamiye ubuzima mu bagore b’i Yabeshi-gileyadi+; mugabo ntibabaronkera abahagije+.
12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani.
14 Nuko bene Benyamini baragaruka ico gihe. Maze babaha ba bigeme bari bazigamiye ubuzima mu bagore b’i Yabeshi-gileyadi+; mugabo ntibabaronkera abahagije+.