-
Luka 2:36Bibiliya y’isi nshasha
-
-
36 Buno hari Ana umuhanuzikazi, umukobwa wa Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri (uwo mugore yari yitereye mu myaka, akaba yari yabanye n’umugabo imyaka indwi kuva mu busugi bwiwe,
-