Gusubira mu vyagezwe 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi urazi neza uno musi yuko Yehova Imana yawe ariko arajabuka imbere yawe+. Ni umuriro uyigiza+. Azobazimanganya+, ubwiwe abamare igabo imbere yawe; kandi utegerezwa kubomora ubarandure vyihuta, nk’uko Yehova yakubariye+. Abaroma 8:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 None tuvuge iki kuri ivyo? Nimba Imana idushigikiye, ni nde azoturwanya+?
3 Kandi urazi neza uno musi yuko Yehova Imana yawe ariko arajabuka imbere yawe+. Ni umuriro uyigiza+. Azobazimanganya+, ubwiwe abamare igabo imbere yawe; kandi utegerezwa kubomora ubarandure vyihuta, nk’uko Yehova yakubariye+.