Abalewi 26:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Muzokinagiza abansi banyu+, bagwishwe n’inkota koko imbere yanyu. Yosuwa 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ariko mweho, ntimuhagarare. Mwome inyuma abansi banyu, mubatere ku gice cabo c’inyuma+. Ntimubakundire kwinjira mu bisagara vyabo, kuko Yehova Imana yanyu yabatanze mu maboko yanyu+.”
19 Ariko mweho, ntimuhagarare. Mwome inyuma abansi banyu, mubatere ku gice cabo c’inyuma+. Ntimubakundire kwinjira mu bisagara vyabo, kuko Yehova Imana yanyu yabatanze mu maboko yanyu+.”