10 Baraki atangura gukoraniriza Zebuloni+ na Nafutali i Kedeshi; nuko abagabo ibihumbi cumi baduga bakurikiye intambuko ziwe+; Debora na we adugana na we.
35 Arungika intumwa+ kwa Manase hose, na bo nyene barakoranywa ngo bamukurikire. Arungika kandi intumwa kwa Asheri no kwa Zebuloni no kwa Nafutali, na bo baduga kumusanganira.