Abacamanza 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Yehova abahagurukirije abacamanza+, Yehova yabana n’uwo mucamanza, akabakiza mu kuboko kw’abansi babo mu misi yose y’uwo mucamanza; kuko Yehova yicuza+ kubera ukuniha kwabo gutewe n’ababahahaza+ be n’ababaturubika. Zaburi 86:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ku musi w’amarushwa yanje ni wewe nzokwambaza+,Kuko uzonyishura+. Zaburi 107:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Batangura gutaka Yehova ngo abatabare mu marushwa yabo+;Abakiza amaganya barimwo nk’uko yama+. Hoseya 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”
18 Kandi Yehova abahagurukirije abacamanza+, Yehova yabana n’uwo mucamanza, akabakiza mu kuboko kw’abansi babo mu misi yose y’uwo mucamanza; kuko Yehova yicuza+ kubera ukuniha kwabo gutewe n’ababahahaza+ be n’ababaturubika.
15 Nzogenda, nisubirire ahantu hanje gushika bishuye icaha cabo+; kandi bazorondera koko mu maso hanje+. Nibaba bageze habi+, bazondondera+.”