Gusubira mu vyagezwe 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+: Abacamanza 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+? Yeremiya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Gusa, niwiteho ikosa ryawe, kuko Yehova Imana yawe ari we wagabitanijeko+. Kandi wagumye ukwiragiza inzira zawe ku b’ahandi+ munsi y’igiti gitotahaye cose+, mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje,” ni ko Yehova avuze.’” Zefaniya 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntiyumvirije ijwi+; ntiyemeye gutozwa indero+. Ntiyizigiye Yehova+. Ntiyiyegereje Imana yiwe+.
15 “Kandi nutumviriza ijwi rya Yehova Imana yawe mu kwitwararika gushitsa amabwirizwa yiwe yose n’ivyagezwe vyiwe ndagutegetse uno musi, iyi mivumo yose rero izokuzako, iguhamvye+:
2 Namwe ntimuze mugirane isezerano n’ababa muri iki gihugu+. Ibicaniro* vyabo muze mubisiturire hasi+.’ Mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje+. Kubera iki mwakoze ivyo+?
13 Gusa, niwiteho ikosa ryawe, kuko Yehova Imana yawe ari we wagabitanijeko+. Kandi wagumye ukwiragiza inzira zawe ku b’ahandi+ munsi y’igiti gitotahaye cose+, mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje,” ni ko Yehova avuze.’”