Itanguriro 49:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yamara umuheto wiwe waba ahantu hamaho+, kandi inkomezi z’amaboko yiwe zari zinonotse+. Mu maboko y’Umunyabubasha wa Yakobo+ ni ho hava Umwungere, Ibuye rya Isirayeli+.
24 Yamara umuheto wiwe waba ahantu hamaho+, kandi inkomezi z’amaboko yiwe zari zinonotse+. Mu maboko y’Umunyabubasha wa Yakobo+ ni ho hava Umwungere, Ibuye rya Isirayeli+.