ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 6:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Nuko kuri uwo musi yita Gideyoni Yerubayali*+, avuga ati: “Bayali niyiburanire, kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo+.”

  • Abacamanza 8:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mu nyuma, abagabo ba Isirayeli babwira Gideyoni bati: “Nutuganze+, wewe n’umuhungu wawe be n’umwuzukuru wawe, kuko wadukijije ukadukura mu kuboko kwa Midiyani+.”

  • 1 Samweli 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.

  • Abaheburayo 11:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mvuge iki kandi? Kuko ata mwanya noronka hamwe nobandanya kuvuga ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+ hamwe na Samweli+ be na ba bahanuzi bandi+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika