ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 9:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Sauli aca arishura, ati: “Mbega sindi Umubenyamini wo mu muryango mutoyi+ hanyuma y’iyindi mu miryango ya Isirayeli+? Kandi umuryango wanje si umuryango ata co uvuze kuruta iyindi mu miryango yose igize umuryango wa Benyamini+? Ni kubera iki none umbwiye ikintu nk’ico+?”

  • Luka 14:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”

  • Abafilipi 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika