Itanguriro 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Avuga ati: “Yehova, nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze nturengane umusavyi wawe+. Itanguriro 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya. Abacamanza 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Manowa abwira nya mumarayika wa Yehova ati: “Ndakwinginze udukundire tukugumye maze dutegure akagazi k’impene imbere yawe+.”
3 Avuga ati: “Yehova, nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze nturengane umusavyi wawe+.
3 Mugabo arabagobera cane+, ku buryo bakebereza iwe bakinjira mu nzu yiwe. Maze abaronderera inzimano+, yongera abokereza udutsima tutarimwo umwambiro+, batangura kurya.
15 Nuko Manowa abwira nya mumarayika wa Yehova ati: “Ndakwinginze udukundire tukugumye maze dutegure akagazi k’impene imbere yawe+.”